BUKAVU, SUD-KIVU - Mu gihe iminsi mikuru isoza umwaka yegereje, umuceri nk'ikiribwa cambere i Bukavu kiri kugenda kizamuka mu biciro...
KINSHASA, CONGO - Ku minsi 22/12/2017 Republika Iharanira Demokrasi ya Congo yatangiye gukora iperereza k'urupfu rw'abasirikare 14 ba MONUSCO, bakomoka muri Tanzania...
NORD-KIVU, RDCONGO - Umuyobozi mukuru w'inyeshamba za Nyatura/FDDH, Kasongo Kalamo,yahitanwe n'inyeshamba za FDLR/CNRD (Forces démocratiques pour la libération du Rwanda)...
GOMA, NORD-KIVU - Nyuma y'inama ya 6 ihuza abakuru b'intara ndetse na perezida wa repubulika, Joseph Kabila yabonanye n'abayobozi b'inteko...
MINEMBWE, CONGO - Ku minsi 21/12/2017 inyeshambaza mai mai zikomeje guteza umutekano muke mu karere k'imisozi mire mire ya Minembwe. Amakuru...
GOMA, CONGO - Ku minsi 20/12/2017 abayobozi b'igihugu ca Republika Iharanira Demokrasi ya Congo n'ab'igihugu ca Uganda bahuriye mumuji wa...
Perezida wa Uganda Yoweri Kaguta Museveni. KAMPALA, UGANDA - Abadepite bo mu gihugu ca Uganda bamaze gutora ku bwinshi itegeko...